Select Page
#624
Rwanda

    Korera Igihugu, Itangire Igihugu Higa Mujeri Ahiri Hose Mpaka Uyituze. Ndipfuza Kubona Abana Bavuka Ubu Gusanga Igihugu Caratunganijwe Neza Na S E Pierre Nkurunziza Mukurwiza Amashure, Amavuriro, Kuvuza Abana Kubuntu Nabagore, Kwigisha Abana Kubuntu, Kwubaka Ingomero Zumuyagankuba Nokwubaka Amabarabara. S E Pierre Nkurunziza Guma Kwi Vola Abenegihugu Isinzi Turi Inyuma Yawe. Aho Wadukuye Turahazi Sinzi Nka Docteur Minani, Domitien, Sylvestre, Jéremie, Leonidace, Onésime, Pie Ntavyohanyuma, Gervais Rufyikiri Batibuka Ayo Twabonye Aho Hambere. Hangama Kungoma Nyakubahwa.