Select Page
#621
Rwanda

    Ngo yitwa patiri Heremenegilidi(Hermès), arangurira ubutumwa ku kirimba ca Bikira Mariya ku musozi mweranda wa Gikungu(Mont Sion Gikungu), Bujumbura Mairie.

    Abakirisu bagiye mû misa ku wa gatanu mweranda baraye batakaje ukwemera.
    Ngo patiri Hermès yaragirije abatwara uburundi KO ari abicanyi, KO ataho bataniye n’abasogose Yezu, abasabira amahano ku Mana ngo bazopfe nabi.

    Kandi hemwe ngo papa wiwe yoba yapfuye mû gwimo rwateguwe na Micombero muri 1972, gwahoneje abahutu bincabwenge(harimwo aba patiri,abafurera,ababikira,abadandaza,abasoda,abanyeshure bakuru,…).
    Mbega hoho yoba yibuka iryo Simoni Ntamwana(Musenyeri mukuru wa Gitega) yavuze muri 2015 muri Paruwasi Murayi i Gitega? #Sindumuja. Mbega yemwe uwo nawe yoba yababatirije izina rishasha irihe? Abicanyi.

    Nibuka KO muri Theologia banyigishije amajambo yitwa EX OPERE OPERATO na EX OPERE OPERANTIS. kandi KO umusaserdoti ari inzira(Canal) inema n’ikigongwe vy’Imana bicamwo mû gushikira abana b’Imana. Nibaza nti mbega uwo mukundwa wa Rugira, Patiri Hermes ubwo yarashishoje aribaza ingaruka (moral) (social)(psychologique) (philosophique) ry’ijambo yashikirije aho buri mukristu aba yitavye uwa gatanu mweranda aba yaje kugira anywane na Rugira vyose???
    Aho gufasha abo bene Mana yabatay mûri dilemme, ababuza kwitegurira neza kwakira Pasika.
    Ndasavye abihebeye Imana mwese, mwirinde Kuba bâ Kivuye Edmond,(Kuri TV ITANGURIRO RY’IHEREZO(dont imodoka zurushengero rwiwe zafashwe zikoreye Ama pneu yo guturirira mw’ibarabara ngo biyamiriza mandat y’a #PapaBurundi.

    Ewe mwenewacu Patiri Hermès, uribuka KO unywa akayi, ukarya midi, ukarya soir,ukanywa akavinyu, ukambara neza, ukagura ibitoro, …mû mperezwa z’abo bakristu waraye wagirije KO ari abicanyi. Mbere tubivuge tubisubire waraye ubaciriye urubanza KO bakwiye gupfa.

    Mbega woba yasubiriye Imana? Mbega mw’iseminari muvyo wize mû gusigura Ijambo ry’Imana woba warizemwo KO ton homélie(Homelitique) est “rendre le jugement? Accuser et accuser? Ou acculer les chrétiens à abandonner le mal pour ne faire que du bien certainement, et tu sais que quand l’être humain se sent trahi et agressé dans son for intérieur, que devient-il(Souviens-toi de la Philosophie des Athées : Stoïcisme, athéisme,…)

    Mon frère, A. Hermes, #MontSionGikungu, convertis-toi et crois à l’Évangile.

    Banza wihane imbere yo gutunga agatoki abandi. Mainant, rien n’est caché. On connaît tout.
    Hahahahaha, nos followers muradutunga ,nta kundi, ni kubera twumva yabujije amahoro abakunda uburundi basengeye kuri mont Sion vendredi saint bidoga ari benshi ngo yarabatirimukije.