Select Page
#502
Rwanda

    jew hariho abanyepolitike bantangaza. sivyiza kwama mgira imikenyuro isa.biramaze kugaragara ko iyo himirije amatora canke evenement,abanyepolitike bamwe bamwe baca batangira kugerageza kwiyamamaza kumaradiyo bakoreshaa ibitaza ntibize basemerera ngo leta canke imbonerakure zigomba kubica.ngo umwanya numwanya baragandagugwa.ni bateshwe bate baramaze guhinyuka,twese turamaze kubona ko bakora mwenivyo mikenyuro kugira bamenyekane kabagwanya reta bakomeye.turamaze gutahura ko ari ububeshi bwo kwibeshera.yamara kwitara ko akabi nkurufu sivyiza.malade imaginaire.hari umukinyi wireresi yakinye acte isa niyo aho yari yigize malade imaginaire harya ariko arakina yigana uwafuye mukwifisha ntiyagarutse.yaciye ashikayo.iciza nuko hari imbere yabarorera theatre uko yariko iragenda kandi nibo babaye ivyabona vyemeje ko afuye ariko yigana abafuye ko atawamukozeko.rero uwo munyepolitike ntavuze izina kuko naho yifata nabi abenegihugu twamufashe neza tumugira umkuru akomeye; numvise yazindutse yibika kuri voie d amerique ntabandanye kwitara kwurufu ntawuriko aramurondera.nahige uyundi mukenyuro wo kwiyamamaza ahandiho ibisa nivyo twarabihinyuye. kandi abenegihugu tuguma twihweza ingene akina ireresi ziwe za politike.sije nohahera.