› Forums › Activists from Burundi continue to demand for a better Country › Burundi Today › Reply To: Burundi Today
March 8, 2017 at 9:53 pm
#373
Rwanda
??????[Uciye imbere] uku niko ikirimba c’umukuru w’igihugu kiriko kirubakishwa na Kizigenza se Barundi Petero Nkurunziza kizoba gisa muri kazoza=vuba! ✅ Ndabibutse ko uhereye kuntwaro zahaciye gushika ubu, Uburundi butwarigwa aho bukotesheje!
✅ RERO, Vyose bigiye guhindurwa na nyakubahwa Umukuru w’igihugu cacu Petero Nkurunziza=VUBA! ?????