Select Page
#495
Rwanda

    Vital Nshimirimana ni nde?

    Uwumugabo yaranzwe n”ubwicanyi bukomeye cane haba igihe yiga muri secondaire en 1993,yishe abahutu isinzi.Amaze gushika muri kaminuza yiga mugisata c’amategeko yakoze amarorerwa mwigandagurwa ry’incambwe z’abahutu,uwu arimubakoranye na Kagame igihe Kagame aje mu Burundi en 1996 akaja mubigo vya kaminuza aje atakindi kimuzanye atari gutanga amategeko yuko abahutu bicwa bose icobise gukubura imicafu muri kaminuza.Iyinkorabara Vital yarimwo mukugeseze abahutu.Amaze guheza amashure yaciye ajakwifurika mumashira ngo aharanira aharanira agateka kazinamuntu muri za FOCODE,FORSC,ntakindi ahohose atarugutinyako abazwa abayishe.En 2014 uwumwicanyi winzigo yakazikira aterekwa umuhutu niwe yagumura abantu ngo bagire imyiyerekano biyamiriza ngo SE NKURUNZIZA,niwe yubahutse kuvuga ngo bahe ikarata itukura umukuru w’igihugu.Mwibaze kubona yaduka guha ikarata itukura umukuru w’igihugu akirimumabanga hataranagerako yitoza,ivyovyose ntakindi vyari bigamije atari kwanka intwaro y’umuhutu n’ukwikingira amani uakoreye abahutu muri kaminuza.

    En 2015 mumigumuko niwe yahamagarira abagumutsi kwica,guturira,gusambura n’uguturira imbonerakure.None gushika nubu nimurabe ivyabandanya yandika vyinzigo yakazikira yokwanka intwaro y’umuhutu.