Select Page

Forums Activists from Burundi continue to demand for a better Country Burundi Today Petero Nkurunziza yasoromye umurima wiwe w'ibiraya

#1513
Rwanda

    Petero Nkurunziza yasoromye umurima wiwe w'ibiraya

    Nyakubahwa umukuru w’igihugu cacu Petero Nkurunziza yasoromye umurima wiwe w’ibiraya, arangije arapfukama arasenga; ashimira Imana yo segaba wa vyose.

    Ni uyuhe mukuru w’igihugu wundi akora nk’ ibi muri Afrika? Canke ibulaya? Ntanumwe.

    Fyonda j’aime hama ushireko commentaire bijanye.