Select Page
#487
Rwanda

    Désiré BIGIRIMANA ninde

    Ni umunyeshure muri kaminuza y’Uburundi muri #Faculté des Sciences Economiques et de Gestion.Avuka muri #Commune Mutaho Intara ya Gitega.Yize amashure yisumbuye kuri #Petit séminaire de Mugera.Uwumuhungu naho yize kwishure ry’aba patiri nigitandero.Uwumuhungu ibitutsi vyiwe birarenze,uwumuhungu ari mubanyeshure bagashaka kugarariza ubutegetsi.Ejo yiriwe antuka ansanga in box antuka,acurutoke ngo iyi reta izotinda itembagara,sinziko rero Désiré Bigirimana wewe ushoboye gusenyura Reta.Jewe nashaka nkubwireko nahowuntuka gute jewe ntocomba kuko siwambere uzobuntutse,ndizindi mbwejeri nkawe zarantutse ariko urugamba twatanguye kuva 1994 bishe Ndadaye gushika nuwumusi turarubandanya,ntamuntu numwe iyazova hose tuzemerera gutoba igihugu,kuntuka rero ntacobintwaye jewe,arikp umenyeko bihanwa n’amategeko.

    Kubahuka kwitwa intwari ibijuju nuko utatizi,ariko iconokumenyesha nuko wewe Mwana urumwana muto cane,intwari zose uzi zikorerera ahakurubuga rwa fcbk ntanumwe arimwo yoroshe,iyo baccaroléat yawe utaranaca nuko womenyako harabagutanze kuronka Diplôme.Yahejeje gutukana acarambroka ariko nasha uwuzi akopye iyi msg iyimumpere.

    Wewe Désiré Bigirimana washatse kumenya iconkora,nashaka ndakurangire wegere abana #Mutaho iwanyu baraha kuri fcbk abatri bake baranzi bazokubwira iconkora,canke najewe harigihe twohura nzokwibwira kuko aho muri #Campus mutanga sikure cane.

    Abamuzi mumukunda mumuzi mumubwireko gutuka inzego z’igihugu bihanwa n’amateko

    Atirimbuye ejo canke hiryayejo nshirako ama foto yiwe.