Select Page
#529
Rwanda

    Amicale des musiciens du Burundi

    Reta y’uburundi ibicishije mubushikiranganji bwo gushigikirana, Amicale des musiciens du Burundi hamwe n’igisagara ca Bujumbura babateguriye igiteramo cagakura kukibuga citiriwe Umuganwa Rudoviko Rwagasore kumagenekerezo ya 7 hamwe na 8 Ndamukiza 2017 kuva igihe c’isaha umunani (14h). Intumbero yico giteramo nukwegeranya uburyo buzofasha abahuye nibiza.

    **** Icivugo: Dushigikirane Twitegurire Kazoza Kacu*****

    Hazoba hari abaririmvyi rurangiranwa nka:- Peace&Love
    Masterland
    Happy Famba
    Rally Joe
    B Face
    B Bright
    Bien Freema
    MgBlade
    I-Ves
    August
    Black Snake
    Hamwe n’irararibonye mumuziki w’uburundi Ngabo Léonce eka hamwe n’abandi bazobica bicike