Select Page
#939
Rwanda

    INYISHU YUMURIRIMVYI BIG FIZZO KUBAMWISHUYE BOSE NDETSE NABANDI

    SAT-B YAGIZE ICO AVUGA AFISA NAWE NYENE NA MKOMBOZI CO KIMWE NA KING PLATA NA ISMAIL NIYONKURU AKORERA ISAMIRIZI REMA FM

    MUKURUNOMUSI BAGIZE ICO BABIVUGAKO KUMBUGA ZABO no mubiganiro bakoze.

    ________________________

    《Mugihe biff ni ni iri muburundi ikomeza kwisasira , ikiha nikibanza kinini mu gihugu cu Burundi BIG FIZZO sat-b AFISA MKOMBOZI NA KING PLATA BAGIZE ICO babivugako cokimwe NA ismail niyonkuru 》

    BIG FIZZO yishuye abamusubije BOSE kurirya ndirimbo 《konzi 》….

    Ati ; abariko banyishura Bose nabashaka induru jewe ntawe navuze uwo navuze numwe gusa Ismaïl niyonkuru wa Rema Fm

    Hama abaririmvyi bibaza KO nabavuze je ntawe navuze izina ninkawamugani ngo uwiketse amabinga aba ayagwaye ntinko guta ibuye ahari umwijima .

    ayo namwe mumajambo big fizzo yashikirije imwe mumaradiyo yahano i Bujumbura…

    KING PLATA NAWE ati ntushobora kugira biff nuwagutanguriye mumuziki ati ICO nikintu kitabaho .

    MKOMBOZI NAWE ati uwo irya konzi yafashi nibazako numwotsi warahabonetse .

    Ismail NIYONKURU ati mumuziki wacu imesha ziskia taarifa za ujio wa ngoma mpya kutoka kwa wanamziki tafauti wakijibu wimbo wa #konzi wa BIG FIZZO , tuelewane kitu kimoja NA mkizingatie pia ,mmeanza mapambano tafadhali msionee baadae kimewanukia mkaanza kukimbilia Rwanda mkautupa mziki wa Burundi , tumeurs wajua NA tumesha tambua hizo janja janja zenu wanamuziki wa Burundi kwenu sio Rwanda kwenu ni burundi kwahiyo msihunge.