Select Page
#453
Rwanda

    Haraciye imyaka ibiri hageragezwa ishirwa mu ngiro ryumugambi wo gusenyura intwaro ya CNDD-FDD kugira hashingwe intwaro ishingiye kwingengabitekerezo gihima yiganziye ku bihugu vya Tanzanie, Kenya, Uganda, Burundi, Rwanda, Soudan, Angola,Zambia na Namibie. Ben uwo mugambi numuhari wiyita Elyte mondial ushaka kwisi igendera kumategeko ya antichrist ashingiye kugusesa amaraso, kubusuma bukabije, kuri homosexualité, kuntambara, ibinyoma n’ubusambanyi. CNDD-FDD irongowe na SE Pierre Nkurunziza niyo yonyene kwisi nzima yahagurutse iduza urutoke ibwira iyo système iti turavyanse. Ivyakurikiye ntawutabizi ntawubiyobewe aho vyagajura biramuza muma insurrections, guturira ibintu n’abantu, coup d’état, ibihano, gutoteza abasirikare, kwirukana abapolisi muri Centrafrique, etc.
    Ivyo vyose vyabavyariye kuneshwa kumusi kumusi, uko bukeye uko bwije gushika Obama yanduruke atsindwa.
    None kuva atsinzwe baratereye hasi ? Ihi bambewe naho bahongotse bagatakaza igitsure baduhanga, imbuga mpuzamakungu zokudukekeza bafata ingingo zitagira umutwe n’amaguru, hari ibimenyetso vyerekana neza ko baturi kumugono:
    1) Imbaragasa ziturimwo basanzwe bakoresha bazigabanyirije umuzigo imiryango yazo bayijana kuyicumbikira za Dallas, Bruxelles, Allemagne na Paris. Kugira ntizihave ziyerekana bagabanije kuja kumbuga Twitter ahubwo zisabwa gukoresha ubwiyorobetsi baryanisha abavukana, bongera bategura ubwicanyi nitotezwa kuruwo wese bazi yatumye badashika kwitembagaza ry’ubutegetsi bwa CNDD-FDD.
    2) Uruyeri rwo gusinziriza. Ububirigi bwamye kwisonga mugutegura ibibi vyose twakabonye. bwihanukiriye ngo bwarihuse mugufatira ibihano Uburundi nkuko umenga iyi myaka yose ihaciye ntibagira ubwenge. Ejo ushobora kuza wumva ngo bazanye imfashanyo kuburundi ariko intumbero yabo yukuri nugutegura imigumuko yo muri 2020. Abantu bazo bategerezwa kuronka uburyo bwo kubandanya igisinahead bari mugihugu. Mukurikiranye neza murumva ko zambaragasa twavuze aho hejuru ziza zashiririye kubucangero bwazo mugutegura imitima bahuhuta ngo candidat de 2020. Aho muzokwumva umuntu wese yireshangwisha ngo guhindura constitution, ngo 4eme mandat,……. mumenye ko ari plan nshasha yo kwegeranya abafronderi mur ugomba bimirije.
    3) CNDD-FDD génération nouvelle iracari indoto yababavyonzi. Génération nouvelle ifuta iyayitanguriye. Abarota basubirira abasaza babifashijwemwo nabakoresha babo kwisonga hari George sorros, samanta power, Obama, Sonia lorey wa rfi, service secret y’urwanda DMI, etc. Ivyo mwumva ngo réseaux sociaux nama groupe afise amazina meza cane yubuhizi biri muri programme yo gushinga génération nouvelle.
    4) Yamyiyerekano ya buri weekend mugize imisi mubona kandi bamwe binuba ntikakiri agaseseshwarumuri ko mujeri yapanga kuyikorerako kugira nabo baje mwibarabara. Ubu na pasifike asigaye asaba ko abagumyabanga basohoka ngo base kwiyamiriza. Mumashure yisumbuye na kaminuza basusurutse ngo batangure grève……
    5) Diabolisation yindongozi kugira baduhekure kumwe bagire Adolphe ntibarata hasi. Aho muzobona ibicapo ngo think-tank nationale nuburyo ibibaragasa vyatoye bwo gukwirakwiza amafoto yabo bashaka kudukuramwo. Iyo buba ubwumwe bwarikindi.
    Iruhande yivyo hari urunwarunwa kuntwari zabacubije igihe bihinangiza ngo bagire bafate ibihugu. Uza wumva ngo kanaka numu putschiste ngo yanka indongozi akanka Imana etc bagatakaza bamucira imizi ikuzimu bamusabira ko yogubwako namahano atagira izina.
    Nibindi vyinshi tutokwubahuka kuvugira aha kurubuga.
    Dusabwe iki none muri iki gihe :
    1) Guteramira igihugu cacu ijoro n’umurango
    2) Guhinyura barwanka biyago mpemukendamuke bakora nka Yuda Iscariote
    3) Kugira urunani rwintamenwa kubumwe bwacu kuko caratuvunye
    4) Kwama twiteguriye kuzimiriza umuriro aho uzakira hose.
    5) Kurwanya insaku ninzankano uwubesheye uwundi bije muruhame. Stop urunwarunwa.
    6) CNDD-FDD niyo nkinzo idukingira, tuwubungabunge ugume uhagaze nka “i”
    7) Turafise indongozi aduhagaze imbere. Kumushigikira imvura irwa canke izuba ryaka. Abashaka kwigira abavurati ngo badutware tutabatoye nibamurikwe
    8) Uwibaza ko umubirigi ari umuntu yovyigumiza mumutwe twebwe turazi ayo badukoreye. Ahubwo nukuvyigisha nuruvyaro rwacu baze babibwire nabo ababo ko umubirigi ari akaranda
    9) Abacu bahitanwe nurugamba turimwo nukwama tubibuka imiryango yabo yubahwe kandi twame ubudahengeshanya dusaba ko abaduhekura ubutungane bwobakorerako
    10) Muri vyose na hose twame dushimira Imana kumirimo ihambaye yadukoreye. Yabaye muruhande rwacu Yama Yaturwaniye kandi Ituneshereza. ININAHAZWE CANE IMANA YACU.