#449
Rwanda
Keymaster

NDAKUNDA ABARWANEZA –BICISHA BUGUFI
〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️
🔴 Mubuzima, ntihakagire uwuzokwishimako aguhayira amatungo afise atari no bugufashe, kumbure wimererewe nabi. Uramwumviriza wihorere, unamutwengere yibaze ngo wanezerejwe nivyo ariko aragogomba… ➡UMUGAYIRE KUMUTIMA! « kibi nakanwa ».

➡ Igihambaye kuri ino si nabonye ni « URUKUNDO » gusa, ubundi ibisigaye, isaha ni isaha ivyiza birakuzako. Kanatsinda, nk’uko atawabivukanye ni nk’ uko atawuvyamana, atanuwuzobivana kw’iyi si. « Rabira hafi y’aho uba » : Ikinryohera n’uko Urupfu rutuma twese tungana.

➡ « Kuba kw’isi nukwitonda »

https://rwanda.org.uk/

Recent Topics