Select Page

Forums Real Life kugira ngo ushimishe umugore wawe Reply To: kugira ngo ushimishe umugore wawe

#1075
Rwanda

    Umugore yaguze ikarata-simu (carte-sim) nshasha,  kugira ngo akorere surprise umugabo asiga umugabo muri salon aja mu gikoni.
    Wa umugore ahamagara umugabo akoresheje ya number nshasha ” hello darling” umugabo asubiza akebaguzwa avuga ijwi ryo hasi ati “kupa ndaguhamagara mu kanya, umushenzi araho ari mu gikoni ntanyumve.
    hahahah 😀 😀 😀 😀 😀 🙁 😀 … ::>>> Ishire mu kibanza cuwo mugore, wari guca uvyifatamwo gute?