Select Page

Forums Exposed Tom Ndahiro kumureka akivuruguta Colonel yaraye arashe umukozi akora mukabari

#205121
Rwanda

    Colonel yaraye arashe umukozi akora mukabari

    Iyimbwa y’umu Colonel yaraye arashe umukozi akora mukabari ngo nuko yase kumukopesha icupa.
    Nyambwa ngo bahora bamukopesha ntarihe

    O fait yagiye kwiha inzoga muri frigo hama umu serveur aramwankira kubera yari asanzwe atariha iyo anyoye inzoga. Kera na kera aca yirukanga kuzana inkoho muhira. Umugore ngo aramutakambira aca amubwira ati udubiriye mpera kuri wewe! Aca asubira muri nya kabare aca asanga bugaye aca abomoza ibibuye umuryango. Uwo yarondera yamwankiye kwiha inzoga ku nguvu aca yinyegeza muri frigo Nini iraho. Aca ashikira k’umu caissier amubwira ngo aterekanye mugenziwe ngo niwe ahasigara. Yaciye abanza ku mutakanga Mu nyuma amurasa insoro 2 aca aritaba ubwo nyene. Nawe aca asubira iwe kuryama. Il paraît ko umugore n’abana ngo n’a bone boba baciye bahunga baja kwaka indaro. Intervention policière et militaire yaciye iza. Bamutwaye 7h30 aboshe