Tagged: , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , , ,

This topic contains 79 replies, has 1 voice, and was last updated by  Rwanda 1 year, 4 months ago.

Viewing 15 posts - 16 through 30 (of 80 total)
  • Author
    Posts
  • #446

    Rwanda

    Madam Lydia Nsekera has just been elected president of the National Olympic Committee. She replaces general major Evariste Ndayishimiye outgoing president. Lydia Nsekera, already a member of the International Olympic Committee (IOC “, BRAND ” and his return in the management of sport at the level of Burundi.

    #447

    Rwanda

    The 1St Vice-President of the Republic Gaston Sindimwo received in audience on Wednesday 15 March 2017, the representative of the European Union in Burundi Wolfram Vetter. The Representative of the European Union indicates that it was a courtesy call.

    🔲 during this visit, they traded on the socio-political situation of Burundi. Wolfram Vetter has stated that the European Union remains friend of Burundi and that she will not stop to support the Burundi technically on the one hand, and to help him out of the crisis (Non-existent) on the other hand.

    #448

    Rwanda

    I HAVE A DREAM…
    Bitebe bitebuke bose bazishikana kamwe kamwe- Bazosaba imbabazi, abahanwa bo bazohanwa tu!!!!!!

    #449

    Rwanda

    NDAKUNDA ABARWANEZA –BICISHA BUGUFI
    〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️ 〰️
    🔴 Mubuzima, ntihakagire uwuzokwishimako aguhayira amatungo afise atari no bugufashe, kumbure wimererewe nabi. Uramwumviriza wihorere, unamutwengere yibaze ngo wanezerejwe nivyo ariko aragogomba… ➡UMUGAYIRE KUMUTIMA! « kibi nakanwa ».

    ➡ Igihambaye kuri ino si nabonye ni « URUKUNDO » gusa, ubundi ibisigaye, isaha ni isaha ivyiza birakuzako. Kanatsinda, nk’uko atawabivukanye ni nk’ uko atawuvyamana, atanuwuzobivana kw’iyi si. « Rabira hafi y’aho uba » : Ikinryohera n’uko Urupfu rutuma twese tungana.

    ➡ « Kuba kw’isi nukwitonda »

    #450

    Rwanda

    The Deputy Commissioner-General of the police of the air, borders and foreigners (Pafe) was jailed last night at the central prison of bujumbura mpimba.

    Canesius Niyongabo had been arrested in the beginning of the week and held in a dungeon of burundian renseigement (Snr) in bujumbura.

    According to our sources, it is prosecuted for admits two strangers (Syrians) without the consent of a commission in charge of studying the granting of visas to foreigners and their permission to establish itself in burundi.

    The two Syrian military (both) were also manufacturers of false coins. “they were caught in flagrante delicto trying make false euro”, testify to our contacts.

    Mr. Niyongabo was taken to mpimba with one of the two syrians.

    #451

    Rwanda

    Ntibishoboka: Tuza Mujeri
    ======================
    Ishirahamwe OXFAM NOVID rikorera hariya ikiriri hafi yinzu bita kwa kinigi, iriko ikora rapport mbi cane yogucafuza igihugu.

    Enquete yamanyanga yakozwe mugihugu cose yerekana ko IMBONERAKURE ziriko zica abantu.KandI atarivyo.

    Iryo shirahamwe ryagiye hagati mugihugu mumpisho ryihereranya abenegihugu bamwe bamwe bahawe amahera, baraheza batanga des faux temoignages.

    Au total bafise audios amajana ane. Batanze akazi kuba traducteurs umunani umwe wese bamuha gukora audios 50, bakamuhemba 50milles par jour. Bakoze kuva kuwambere gushika kuwagatatu.

    Hari umu consultant w’umurundi akora muri UN niwe yakora supervision, uwo muntu ngo asanzwe yigisha muri za kaminuza.

    Abakoze igikorwa ca traduction imashini _laptop ntibari barekuriwe kuzitahana
    Kandi carazira kwinjirana flash, kandi mugusohoka barabasaka.

    Amakuru twashoboye kuronka: le commanditaire wiyo enquete ni umu hollandais.

    Abakoze iyo enquete bari:
    Umugabo umwe 1
    Abagore 3
    Inkumi 1
    Imisore 3
    Kandi babanje kubabazako atamigambwe barimwo
    Bakorera muri salle irimwo camera.

    Nibo babakiriza imashini kandi bakaza no kuyizimya.

    Barababuza kwugurura iyindi programme y’ imashini.
    Baraba sinyishije contrat ibabuza kuvuga nakimwe kandi babateye ubwoba ko bimenyekanye ko babivuze bazoronka ibihano.

    Izo audios 400 zirimwo ibintu bisivya igihugu.

    Aboshobora gukoresha inguvu zishoboka kugira izo audios zifatwe bonyarutsa.

    Komera.

    #452

    Rwanda

    Be careful with some of the stories you read from some of these institutions. You have lobbyists using these institutions to hit their targets.

    In particular, by portraying Burundi as a failure or failed State, the lobbyists were preparing the world for what they expected to be ” regime change” in Burundi.

    Think about this:

    (a) If Burundi was doing so bad, how would the country have survived without Western aid for about 2 years?

    (b) why has the Burundian franc remained relatively stable ?

    (c) A gov in a financial crisis wouldn’t purchase a presidential jet without borrowing, right? Burundi just did that, correct?

    (d) A country in a financial crisis we are told Burundi is going through wouldn’t be constructing a new city, right?

    (e) how does a State that provides free healthcare to all children under 5, like Burundi does, be falling to ruin?

    (f) Burundi just increased salaries for it’s public servants, right? That’s not what countries in a terrible financial crisis do. Compare it with Rwanda where many public servants have gone without pay for three months now.

    (f) Do you think it’s cheap for the gov of Burundi to be fighting Kagame’s forces from Rwanda/Burundi border and from Burundi/DRC border? If the Burundi of today was as poor as it were until the recent past, I respectively submit, Kagame would have overthrown Nkurunziza already.

    #453

    Rwanda

    Haraciye imyaka ibiri hageragezwa ishirwa mu ngiro ryumugambi wo gusenyura intwaro ya CNDD-FDD kugira hashingwe intwaro ishingiye kwingengabitekerezo gihima yiganziye ku bihugu vya Tanzanie, Kenya, Uganda, Burundi, Rwanda, Soudan, Angola,Zambia na Namibie. Ben uwo mugambi numuhari wiyita Elyte mondial ushaka kwisi igendera kumategeko ya antichrist ashingiye kugusesa amaraso, kubusuma bukabije, kuri homosexualité, kuntambara, ibinyoma n’ubusambanyi. CNDD-FDD irongowe na SE Pierre Nkurunziza niyo yonyene kwisi nzima yahagurutse iduza urutoke ibwira iyo système iti turavyanse. Ivyakurikiye ntawutabizi ntawubiyobewe aho vyagajura biramuza muma insurrections, guturira ibintu n’abantu, coup d’état, ibihano, gutoteza abasirikare, kwirukana abapolisi muri Centrafrique, etc.
    Ivyo vyose vyabavyariye kuneshwa kumusi kumusi, uko bukeye uko bwije gushika Obama yanduruke atsindwa.
    None kuva atsinzwe baratereye hasi ? Ihi bambewe naho bahongotse bagatakaza igitsure baduhanga, imbuga mpuzamakungu zokudukekeza bafata ingingo zitagira umutwe n’amaguru, hari ibimenyetso vyerekana neza ko baturi kumugono:
    1) Imbaragasa ziturimwo basanzwe bakoresha bazigabanyirije umuzigo imiryango yazo bayijana kuyicumbikira za Dallas, Bruxelles, Allemagne na Paris. Kugira ntizihave ziyerekana bagabanije kuja kumbuga Twitter ahubwo zisabwa gukoresha ubwiyorobetsi baryanisha abavukana, bongera bategura ubwicanyi nitotezwa kuruwo wese bazi yatumye badashika kwitembagaza ry’ubutegetsi bwa CNDD-FDD.
    2) Uruyeri rwo gusinziriza. Ububirigi bwamye kwisonga mugutegura ibibi vyose twakabonye. bwihanukiriye ngo bwarihuse mugufatira ibihano Uburundi nkuko umenga iyi myaka yose ihaciye ntibagira ubwenge. Ejo ushobora kuza wumva ngo bazanye imfashanyo kuburundi ariko intumbero yabo yukuri nugutegura imigumuko yo muri 2020. Abantu bazo bategerezwa kuronka uburyo bwo kubandanya igisinahead bari mugihugu. Mukurikiranye neza murumva ko zambaragasa twavuze aho hejuru ziza zashiririye kubucangero bwazo mugutegura imitima bahuhuta ngo candidat de 2020. Aho muzokwumva umuntu wese yireshangwisha ngo guhindura constitution, ngo 4eme mandat,……. mumenye ko ari plan nshasha yo kwegeranya abafronderi mur ugomba bimirije.
    3) CNDD-FDD génération nouvelle iracari indoto yababavyonzi. Génération nouvelle ifuta iyayitanguriye. Abarota basubirira abasaza babifashijwemwo nabakoresha babo kwisonga hari George sorros, samanta power, Obama, Sonia lorey wa rfi, service secret y’urwanda DMI, etc. Ivyo mwumva ngo réseaux sociaux nama groupe afise amazina meza cane yubuhizi biri muri programme yo gushinga génération nouvelle.
    4) Yamyiyerekano ya buri weekend mugize imisi mubona kandi bamwe binuba ntikakiri agaseseshwarumuri ko mujeri yapanga kuyikorerako kugira nabo baje mwibarabara. Ubu na pasifike asigaye asaba ko abagumyabanga basohoka ngo base kwiyamiriza. Mumashure yisumbuye na kaminuza basusurutse ngo batangure grève……
    5) Diabolisation yindongozi kugira baduhekure kumwe bagire Adolphe ntibarata hasi. Aho muzobona ibicapo ngo think-tank nationale nuburyo ibibaragasa vyatoye bwo gukwirakwiza amafoto yabo bashaka kudukuramwo. Iyo buba ubwumwe bwarikindi.
    Iruhande yivyo hari urunwarunwa kuntwari zabacubije igihe bihinangiza ngo bagire bafate ibihugu. Uza wumva ngo kanaka numu putschiste ngo yanka indongozi akanka Imana etc bagatakaza bamucira imizi ikuzimu bamusabira ko yogubwako namahano atagira izina.
    Nibindi vyinshi tutokwubahuka kuvugira aha kurubuga.
    Dusabwe iki none muri iki gihe :
    1) Guteramira igihugu cacu ijoro n’umurango
    2) Guhinyura barwanka biyago mpemukendamuke bakora nka Yuda Iscariote
    3) Kugira urunani rwintamenwa kubumwe bwacu kuko caratuvunye
    4) Kwama twiteguriye kuzimiriza umuriro aho uzakira hose.
    5) Kurwanya insaku ninzankano uwubesheye uwundi bije muruhame. Stop urunwarunwa.
    6) CNDD-FDD niyo nkinzo idukingira, tuwubungabunge ugume uhagaze nka “i”
    7) Turafise indongozi aduhagaze imbere. Kumushigikira imvura irwa canke izuba ryaka. Abashaka kwigira abavurati ngo badutware tutabatoye nibamurikwe
    8) Uwibaza ko umubirigi ari umuntu yovyigumiza mumutwe twebwe turazi ayo badukoreye. Ahubwo nukuvyigisha nuruvyaro rwacu baze babibwire nabo ababo ko umubirigi ari akaranda
    9) Abacu bahitanwe nurugamba turimwo nukwama tubibuka imiryango yabo yubahwe kandi twame ubudahengeshanya dusaba ko abaduhekura ubutungane bwobakorerako
    10) Muri vyose na hose twame dushimira Imana kumirimo ihambaye yadukoreye. Yabaye muruhande rwacu Yama Yaturwaniye kandi Ituneshereza. ININAHAZWE CANE IMANA YACU.

    #454

    Rwanda

    🔵 Mukanama kajejwe Umutekano ka ONU, Benjamin Mkapa yatangaje ko Inama “idasanzwe” yariguhuza abagize akarere ka Afrika y’Ubuseruko vuba ( EAC) Itakibaye nk’ uko vyari bitegekanijwe. Ivyo yabivuze inyuma y’aho Uburundi buvuzwe neza cane n’ ibihugu rutura kw’ isi bigenzi vyabwo.

    🔵 Ati: “Ibijanye n’ ibiganiro bihuza Abarundi, nzoca ndabica kumayange munama “isanzwe” izoba mukwezi kwa kane.

    #455

    Rwanda

    Burundi has just won the best African prices in the international fair of tourism and journey that took place in Moscow. This price is the category of the best exponent newcomer in the fair. The organizers have put this prize at the permanent secretary of the ministry of trade and industry samson ndayizeye who was head of the delegation of Burundi. This award is the result of the exhibition of the burundian culture especially traditional dress, the local beer and the drum of burundi that caught the attention of a lot of visitors in front of the booth of Burundi.
    The majority of those who visited the booth were photographed with the burundian exhibitors. To celebrate this victory in this fair, Ambassador of burundi in Moscow, edouard bizimana organized a cultural day which was an opportunity to show the burundian culture. Young girls who live in Russia have impressed the spectators Russians. The young students have on their side brightened the assistance who knew not the burundi. Ambassador, edouard bizimana indicated that this cultural day was organized in order to make known the burundi. The day has been closed by the publication of the book of ambassador burundians in Russia. This book contains a collection of poems that speak of the burundian culture

    #462

    Rwanda

    The Revolution of 1965 (in 1966) in burundi

    The Revolution Kingslayer 1965-1966 Burundi considered a revolution of hima, or a revolution of bachaba, or a revolution of bashingo, or even a revolution of basafu (or basapfu), has been worn by individuals among these various clan or Sub-clan of the bahima.
    Who are these various sub clan or clan:
    Bachaba is a sub clan of the bahima. We find in this group people like micombero or buyoya.
    Bashingo is a sub clan of the bahima. We find in this group people like bagaza.
    Basapfu is a sub clan of the batutsi whose ancestors were bahima

    The Burundian bahima are derived from the Burundian ruling class which has taken the reins of power officially since November 1966 to November 2003 in Burundi (unofficially since 1962, the date of independence). This period policy is equated with that of The burundian military dictatorship. The Dictator Michel Micombero, a muhima, is the one who decapitated the ancient kingdom millennium of the urundi in 1966, in proclaiming-The Republic of Burundi.
    It is also the author of the genocide / Kingslayer of Burundi [4].
    The Dictator Michel Micombero is a kinship of the dictator bagaza (a muhima) and the dictator Pierre Buyoya (a muhima). All were former presidents of the republic of Burundi. Anyway, during that time, Burundi had become a dictatorship of burundian bahima hereditary.
    The burundian dictatorship of bahima was one of the bloodiest periods and painful history of Burundi. Indeed, there are more than 4.5 million victims.
    .
    In terms of conclusion, the history of bahutu barundi has been misused since the advent of the republic of burundi with the coming of the bahima in power. The tutsi institutionalisé in arusha is not the mulusi mututsi or the urundi, but rather the muhima – thinkers of the hamitisme (that is to say of the 4th burundian ethnic group).

    #463

    Rwanda

    ARIKO JEWE MUJERI ZIRANTANGAZA! KUKI MUTA UMWANYA MUBAZA IBITAJA NTIBIZE? ARIKO NGO NDAZISIGURI IJAMBO <UMUNYABARI>< UMUKWAYA>?REKA NONGERE NSIGURE DA.UMUKWAYA N URYA MUNTU UMUBONA AGENDA WOMENGA NUMUNTU NAHO NIGIKANKARA .MUGATONDO AVYUKA MUMBARI KOTA UMURIRO AKISIGA IMINYOTA MUMISI MIKE CANE ABA YAHINDUTSE MUJERI IZI NAZO MURAZI AYO ZIKORA .UMUNYABARI NAWE ARANYEBARIKA AGACIRA INKONDA MUGUCAFUZA UYU NURIYA AGAHERA KUNTWARI KUNZEGO AGASHIKA NAHO YIFUZA IGIHUGU ACIHAGIYE AKIBAGIRA KO DUTANGA IJWI KUMUNTU .BENE ABO BANTU RERO UYU MUSI MUBURUNDI NTAKIBANZA CABO KIHARI .MURI MAKE UMUNYABARI = GAKWAYA =UMUKWAYA=MUJERI MBWEJERI .

    #464

    Rwanda

    INTWARI, CHERS PATRIOTES MUBE MASO, MUCUNGERE AMA COMPTES YANYU KUKO MUJERI ZASAZEEE .GUTURIRA ABANTU MUMAPINE KUZIBIRA AMABARABARA KWISUKA KUMAKAMBI KOMORA ABANTU NGO BAHUNGE VYASENZWE NONE IZO MUJERI IYO MIKWAYA YADUTSE GUPIRATA AMA COMPTES Y’INTWARI MUKUYANDIKAKO AMANYEMBWA .MUGABE MUGENZURE NEZA ABARI GUKORESHA IBIMENYETSO NK’AMAFOTO CANKE IBIMENYETSO VY’AMA GROUPES Y ABANA B’INKONA. KURI MUJERI TESHWA UTE AHO WABUKARANGA TWARI MUSI Y’URUJO MENYE KO HARYA INKONA YIRABIRA KURUHANDE NO MWIRUGU IRAHABONA.

    #465

    Rwanda

    35 judges of the court of auditors (of all ethnicities) were sworn in front of His Excellency Pierre Nkurunziza, President of the Republic. Here is an example of a sovereign country well governed.

    The sovereignty is the absolute power and perpetual of a republic; the greatest power of ordering.

    #466

    Rwanda

    Niwashinga Urugo Ukubakana Nuwo Mudasangiye Imyizerere Kirazira Kumurya Uruhuha Ngo Nuko Adasenga Aho Usenga Ahubwo Mwegere Umube Hafi Umwereke Urukundo Umufitiye, Mwereke Ingeso Nziza Hama Umuhe Umwidegemvyo Asenge Aho Ashaka Kuko Wewe Ntabubasha Ufise Bwohindura Umuntu Kiretse Mpwemu Yera Gusa. Niyava Murugo Akagenda Kubera Uruhuha Umurya Ijuru Riguma Riharurako Mwubakanye. Ariko Niyikura Murugo Akagenda Ariwe Yijanye Wamuha Umwidegemvyo Wogusenga Ahashaka Ijuru Ntirizoharurako Icaha.

Viewing 15 posts - 16 through 30 (of 80 total)

You must be logged in to reply to this topic.