Select Page
#285
Rwanda

    Umuririmvyikazi IRY TINA

    Mukiganiro twakoranye n’umuririmvyikazi IRY TINA atwiganira icatumye mugiteramo citwa TROCX bari bamutumiye yambara impuzu ( Jersey ) y’umurwi Nserukira gihugu Intamba Murugamba yanditse igiharuro 10 isanzwe yambaye kizigenza w’Intamba Murugamba benshi muzi kw’izina rya SAIDO NTIBAZONKIZA.

    RY TINA yavuze ngo : Nahisemwo kwambara Umupira w’umurwi nserukira gihigu muri Concert ya TROCX yogufasha impfumvyi ino i Kampala imbere yo gutangura kuririmba narabasigiriye ko i Jersey ariyo igihugu canje nahawe na Captain wa Ekipe y’igihugu akunda cane.

    Nanje nayambaye kugira nifatanye nabene wacu i Burundi barara kubera ibiriko biba ciye nsaba aba fans banje bose gusengera u Burundi.

    Mwumviseko Umuririmvyikazi Iry Tina ansavye aba fans biwe gusengera u Burundi ibibihe burimwo nimba uriwe tangura amasengesho y’Imana yacu yo mw’ijuru ifashe u Burundi bwacu kuvamwo muri bibihe.