Select Page
#466
Rwanda

    Niwashinga Urugo Ukubakana Nuwo Mudasangiye Imyizerere Kirazira Kumurya Uruhuha Ngo Nuko Adasenga Aho Usenga Ahubwo Mwegere Umube Hafi Umwereke Urukundo Umufitiye, Mwereke Ingeso Nziza Hama Umuhe Umwidegemvyo Asenge Aho Ashaka Kuko Wewe Ntabubasha Ufise Bwohindura Umuntu Kiretse Mpwemu Yera Gusa. Niyava Murugo Akagenda Kubera Uruhuha Umurya Ijuru Riguma Riharurako Mwubakanye. Ariko Niyikura Murugo Akagenda Ariwe Yijanye Wamuha Umwidegemvyo Wogusenga Ahashaka Ijuru Ntirizoharurako Icaha.