Select Page
#451
Rwanda

    Ntibishoboka: Tuza Mujeri
    ======================
    Ishirahamwe OXFAM NOVID rikorera hariya ikiriri hafi yinzu bita kwa kinigi, iriko ikora rapport mbi cane yogucafuza igihugu.

    Enquete yamanyanga yakozwe mugihugu cose yerekana ko IMBONERAKURE ziriko zica abantu.KandI atarivyo.

    Iryo shirahamwe ryagiye hagati mugihugu mumpisho ryihereranya abenegihugu bamwe bamwe bahawe amahera, baraheza batanga des faux temoignages.

    Au total bafise audios amajana ane. Batanze akazi kuba traducteurs umunani umwe wese bamuha gukora audios 50, bakamuhemba 50milles par jour. Bakoze kuva kuwambere gushika kuwagatatu.

    Hari umu consultant w’umurundi akora muri UN niwe yakora supervision, uwo muntu ngo asanzwe yigisha muri za kaminuza.

    Abakoze igikorwa ca traduction imashini _laptop ntibari barekuriwe kuzitahana
    Kandi carazira kwinjirana flash, kandi mugusohoka barabasaka.

    Amakuru twashoboye kuronka: le commanditaire wiyo enquete ni umu hollandais.

    Abakoze iyo enquete bari:
    Umugabo umwe 1
    Abagore 3
    Inkumi 1
    Imisore 3
    Kandi babanje kubabazako atamigambwe barimwo
    Bakorera muri salle irimwo camera.

    Nibo babakiriza imashini kandi bakaza no kuyizimya.

    Barababuza kwugurura iyindi programme y’ imashini.
    Baraba sinyishije contrat ibabuza kuvuga nakimwe kandi babateye ubwoba ko bimenyekanye ko babivuze bazoronka ibihano.

    Izo audios 400 zirimwo ibintu bisivya igihugu.

    Aboshobora gukoresha inguvu zishoboka kugira izo audios zifatwe bonyarutsa.

    Komera.