Select Page
#286
Rwanda

    Kuva aho bakavugiye ngo Abaririmvyi babarundi barakenye. ubu hoho hari ikinyamakuru cagize itohohoza… ngo gisanga hari umuririmvyikazi w’ umurundi atunze bimwe biteye ubwoba ngo nindirimbo ziwe ziri kurwego mpuza makungu.

    Ngo akaba aheruka gushira ahabona akaririmbo gashasha yise GOAL MPIA yakoreye mu gihugu cubuganda. uyo nawe bamwita Iry Tina……